Yiyemeje kandi igikorwa co 'gusubiza iwabo ku gahato' ibitigiri vy'abantu benshi bitari bwaboneke muri kahise ka Leta zunze Ubumwe za Amerika. Arizona kandi ni ho habereye impari zikaze ku kibazo ...