Umwicanyi wo muri Afrika y'Epfo yagiriwe n'icaha co kugandagura abirabure batari bake mu gihe ca ya ntwaro y'ivangura (apartheid) yabwiye BBC ko igipolisi cakingira ikibaba ubwicanyi bwiwe.
21 Ukw'icenda 2021 Perezida w'u Rwanda Paul Kagame avuga ko guhirika ubutegetsi bikomoka ku barakariye politiki iriho kandi "hari aho wanavuga ngo birakwiye" nubwo byaba bitabayeho. Yabivuze kuwa ...
Some results have been hidden because they may be inaccessible to you
Show inaccessible results